2 Samweli 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo aguma yanka gukevya; nuko Abuneri amuzibura umuhunda w’icumu mu nda+, nya cumu risohokana mu mugongo; agwa ng’aho, apfira aho nyene. Abantu bose bashitse aho Asaheli yaguye agaca apfa, baca bahagarara+.
23 Mugabo aguma yanka gukevya; nuko Abuneri amuzibura umuhunda w’icumu mu nda+, nya cumu risohokana mu mugongo; agwa ng’aho, apfira aho nyene. Abantu bose bashitse aho Asaheli yaguye agaca apfa, baca bahagarara+.