2 Samweli 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo. 2 Samweli 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze binjira hagati mu nzu nk’abantu bagiye kurondera ingano, hanyuma bamuzibura mu nda+; Rekabu na Bayana+ mwene wabo bagenda ata wubabonye. 2 Samweli 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Amasa, ntiyari yiyubaye ku bijanye n’inkota yari mu kuboko kwa Yowabu; nuko ayimuzibura+ mu nda, amara yiwe aseseka hasi, ntiyarinda kumugereka. Gutyo arapfa. Yowabu na Abishayi mwene wabo boma inyuma Sheba mwene Bikiri.
27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo.
6 Maze binjira hagati mu nzu nk’abantu bagiye kurondera ingano, hanyuma bamuzibura mu nda+; Rekabu na Bayana+ mwene wabo bagenda ata wubabonye.
10 Nayo Amasa, ntiyari yiyubaye ku bijanye n’inkota yari mu kuboko kwa Yowabu; nuko ayimuzibura+ mu nda, amara yiwe aseseka hasi, ntiyarinda kumugereka. Gutyo arapfa. Yowabu na Abishayi mwene wabo boma inyuma Sheba mwene Bikiri.