2 Samweli 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo aguma yanka gukevya; nuko Abuneri amuzibura umuhunda w’icumu mu nda+, nya cumu risohokana mu mugongo; agwa ng’aho, apfira aho nyene. Abantu bose bashitse aho Asaheli yaguye agaca apfa, baca bahagarara+. 2 Samweli 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo. 2 Samweli 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Amasa, ntiyari yiyubaye ku bijanye n’inkota yari mu kuboko kwa Yowabu; nuko ayimuzibura+ mu nda, amara yiwe aseseka hasi, ntiyarinda kumugereka. Gutyo arapfa. Yowabu na Abishayi mwene wabo boma inyuma Sheba mwene Bikiri.
23 Mugabo aguma yanka gukevya; nuko Abuneri amuzibura umuhunda w’icumu mu nda+, nya cumu risohokana mu mugongo; agwa ng’aho, apfira aho nyene. Abantu bose bashitse aho Asaheli yaguye agaca apfa, baca bahagarara+.
27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo.
10 Nayo Amasa, ntiyari yiyubaye ku bijanye n’inkota yari mu kuboko kwa Yowabu; nuko ayimuzibura+ mu nda, amara yiwe aseseka hasi, ntiyarinda kumugereka. Gutyo arapfa. Yowabu na Abishayi mwene wabo boma inyuma Sheba mwene Bikiri.