Imigani 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubushangashirwe bw’umwami busobanura intumwa z’urupfu+, mugabo umuntu w’inkerebutsi arabuhindukiza+. Imigani 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mwananje, tinya Yehova be n’umwami+. Ntiwivange n’abashaka ihinduka+.
14 Ubushangashirwe bw’umwami busobanura intumwa z’urupfu+, mugabo umuntu w’inkerebutsi arabuhindukiza+.