ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ubu rero mukama wanje, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ be n’ukubaho kwawe+, Yehova yakubujije+ kwinjira mu vy’ukwagirwa n’amaraso+ no gutuma ukuboko kwawe bwite gushitsa ubukiriro bwawe+. Ubu rero, abansi bawe be n’abarondera kugirira nabi umukama wanje barakaba nka Nabali+.

  • 1 Abami 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ubu rero, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ we yanshimangiye+ kandi akangumiza ku ntebe y’ubwami ya Dawidi dawe+ akongera akanyubakira inzu+ nk’uko nyene yavuze+: uno musi Adoniya aricwa+.”

  • 2 Abami 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Eliya atangura kubwira Elisha ati: “Ndakwinginze wicare ng’aha, kuko Yehova ubwiwe antumye gushika i Beteli.” Mugabo Elisha avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ n’ukubaho kwawe+, ntituvana+.” Nuko bamanuka i Beteli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika