2 Samweli 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Muri ico gihe Abuneri yari yavuganye n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli ati: “Ejo be n’imbere yaho+ mwarerekanye ko mushaka yuko Dawidi ababera umwami.
17 Muri ico gihe Abuneri yari yavuganye n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli ati: “Ejo be n’imbere yaho+ mwarerekanye ko mushaka yuko Dawidi ababera umwami.