2 Ejo be n’imbere yaho, mbere n’igihe Sauli yari umwami, ni wewe wasohokana Isirayeli ku rugamba ukongera ukayigarukana+; maze Yehova Imana yawe akubwira ati: ‘Ni wewe uzoragira+ igisata canje Isirayeli, kandi ni wewe uzoba indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.’”