1 Samweli 25:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi kubera ko Yehova azogirira umukama wanje ineza ikwerekeye, nk’uko ivyo yavuze vyose biri, ntazobura kukugira indongozi ya Isirayeli+. 2 Samweli 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Dawidi aca abwira Mikali ati: “Nariko nigina imbere ya Yehova, we yantoye aho gutora so n’urugo rwiwe rwose, kugira anshireho+ ngo mbe indongozi y’abantu ba Yehova ari bo Isirayeli, kandi nzohimbaza ico kintu imbere ya Yehova+. 1 Ngoma 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.
30 Kandi kubera ko Yehova azogirira umukama wanje ineza ikwerekeye, nk’uko ivyo yavuze vyose biri, ntazobura kukugira indongozi ya Isirayeli+.
21 Dawidi aca abwira Mikali ati: “Nariko nigina imbere ya Yehova, we yantoye aho gutora so n’urugo rwiwe rwose, kugira anshireho+ ngo mbe indongozi y’abantu ba Yehova ari bo Isirayeli, kandi nzohimbaza ico kintu imbere ya Yehova+.
7 “Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.