2 Samweli 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Amasa+ ni we Abusalomu yagize umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu+; Amasa yari umuhungu w’umugabo yitwa Itira+ Umwisirayeli, uwari yararyamanye na Abigayili+ umukobwa wa Nahashi, mwene wabo na Zeruwiya, nyina wa Yowabu. 1 Ngoma 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nayo Abigayili, avyara Amasa+; se wa Amasa yari Yeteri+ Umwishimayeli.
25 Amasa+ ni we Abusalomu yagize umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu+; Amasa yari umuhungu w’umugabo yitwa Itira+ Umwisirayeli, uwari yararyamanye na Abigayili+ umukobwa wa Nahashi, mwene wabo na Zeruwiya, nyina wa Yowabu.