2 Samweli 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Amasa na we mumubwire+ muti: ‘Mbega nturi igufa ryanje n’umubiri wanje? Imana ingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nutaba umukuru w’ingabo imbere yanje nantaryo mu kibanza ca Yowabu+.’” 2 Samweli 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami abwira Amasa+ ati: “Nkoraniriza abagabo ba Yuda ng’aha mu misi itatu, nawe ubwawe uhagarare hano.” 2 Samweli 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Amasa, ntiyari yiyubaye ku bijanye n’inkota yari mu kuboko kwa Yowabu; nuko ayimuzibura+ mu nda, amara yiwe aseseka hasi, ntiyarinda kumugereka. Gutyo arapfa. Yowabu na Abishayi mwene wabo boma inyuma Sheba mwene Bikiri.
13 Amasa na we mumubwire+ muti: ‘Mbega nturi igufa ryanje n’umubiri wanje? Imana ingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nutaba umukuru w’ingabo imbere yanje nantaryo mu kibanza ca Yowabu+.’”
4 Nuko umwami abwira Amasa+ ati: “Nkoraniriza abagabo ba Yuda ng’aha mu misi itatu, nawe ubwawe uhagarare hano.”
10 Nayo Amasa, ntiyari yiyubaye ku bijanye n’inkota yari mu kuboko kwa Yowabu; nuko ayimuzibura+ mu nda, amara yiwe aseseka hasi, ntiyarinda kumugereka. Gutyo arapfa. Yowabu na Abishayi mwene wabo boma inyuma Sheba mwene Bikiri.