2 Samweli 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Dawidi yari afise imyaka mirongo itatu igihe yaba umwami. Amara imyaka mirongo ine+ aganza. 1 Abami 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Imisi Dawidi yari yaraganje Isirayeli yabaye imyaka mirongo ine+. I Heburoni+ yari yaganje imyaka indwi+, i Yeruzalemu na ho aganza imyaka mirongo itatu n’itatu+. 1 Ngoma 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi Dawidi yari amaze gusaza+, ahâze imisi; yimika rero Salomo+ umuhungu wiwe ngo abe umwami wa Isirayeli. 1 Ngoma 29:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 imisi yaganje Isirayeli yabaye imyaka mirongo ine+. I Heburoni yaganje imyaka indwi+, i Yeruzalemu na ho aganza imyaka mirongo itatu n’itatu+. Zaburi 90:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+.
11 Imisi Dawidi yari yaraganje Isirayeli yabaye imyaka mirongo ine+. I Heburoni+ yari yaganje imyaka indwi+, i Yeruzalemu na ho aganza imyaka mirongo itatu n’itatu+.
23 Kandi Dawidi yari amaze gusaza+, ahâze imisi; yimika rero Salomo+ umuhungu wiwe ngo abe umwami wa Isirayeli.
27 imisi yaganje Isirayeli yabaye imyaka mirongo ine+. I Heburoni yaganje imyaka indwi+, i Yeruzalemu na ho aganza imyaka mirongo itatu n’itatu+.
10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+.