1 Abami 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi ntibizobura kuba yuko umukama wanje umwami niyaba akimara kuryama hamwe na ba sekuruza+, jewe ubwanje n’umuhungu wanje Salomo tuzocika koko nk’abacumuzi.” 2 Ngoma 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Amaherezo Salomo aryama hamwe na ba sekuruza biwe. Baraheza bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi se wiwe+; Rehobowamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+.
21 Kandi ntibizobura kuba yuko umukama wanje umwami niyaba akimara kuryama hamwe na ba sekuruza+, jewe ubwanje n’umuhungu wanje Salomo tuzocika koko nk’abacumuzi.”
31 Amaherezo Salomo aryama hamwe na ba sekuruza biwe. Baraheza bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi se wiwe+; Rehobowamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+.