1 Abami 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Maze umwami ababwira ati: “Nimujane n’abasuku+ b’umukama wanyu, hanyuma mushire Salomo umuhungu wanje ku nyumpu yanje y’ingore+ muheze mumumanukane i Gihoni+.
33 Maze umwami ababwira ati: “Nimujane n’abasuku+ b’umukama wanyu, hanyuma mushire Salomo umuhungu wanje ku nyumpu yanje y’ingore+ muheze mumumanukane i Gihoni+.