2 Ngoma 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubu rero, dawe yabaremetse ingǒgo iremereye, mugabo jewe, nzokwongera ku ngǒgo yanyu+. Dawe yabahanishije ibimoko, mugabo jewe, nzokoresha ibishishaguzo+.’” Yesaya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi abantu ntibazobura gutwazanya umukazo, mbere umwe wese atwaze umukazo mugenziwe+. Bazosimbiranako, agahungu gasimbire ku musaza+, uwubahwa buhoro na we asimbire ku wukwiye guterwa iteka+.
11 Ubu rero, dawe yabaremetse ingǒgo iremereye, mugabo jewe, nzokwongera ku ngǒgo yanyu+. Dawe yabahanishije ibimoko, mugabo jewe, nzokoresha ibishishaguzo+.’”
5 Kandi abantu ntibazobura gutwazanya umukazo, mbere umwe wese atwaze umukazo mugenziwe+. Bazosimbiranako, agahungu gasimbire ku musaza+, uwubahwa buhoro na we asimbire ku wukwiye guterwa iteka+.