1 Abami 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yarabarungika i Libani ari ibihumbi cumicumi ku kwezi, bakaza barakurakuranwa. Ukwezi kumwe bakumara i Libani, amezi abiri bakayamara mu ngo zabo+; Adoniramu+ ni we yagaba abagenewe+ ibikorwa vy’agahato+.
14 Yarabarungika i Libani ari ibihumbi cumicumi ku kwezi, bakaza barakurakuranwa. Ukwezi kumwe bakumara i Libani, amezi abiri bakayamara mu ngo zabo+; Adoniramu+ ni we yagaba abagenewe+ ibikorwa vy’agahato+.