1 Abami 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Hanyuma abwira Yerobowamu ati: “Itorere ibipande cumi; kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe nshikuye ubwami mu kuboko kwa Salomo, kandi nzoguha ata gukeka imiryango cumi+. Imigani 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umutima w’umuntu yakuwe mw’ivu woshobora kwiyumvira inzira yiwe+, mugabo Yehova ni we ayobora intambuko ziwe+.
31 Hanyuma abwira Yerobowamu ati: “Itorere ibipande cumi; kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe nshikuye ubwami mu kuboko kwa Salomo, kandi nzoguha ata gukeka imiryango cumi+.
9 Umutima w’umuntu yakuwe mw’ivu woshobora kwiyumvira inzira yiwe+, mugabo Yehova ni we ayobora intambuko ziwe+.