Imigani 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Intondeko z’umutima ni iz’umuntu yakuwe mw’ivu+, mugabo inyishu y’ururimi iva kuri Yehova+. Imigani 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imigambi yo mu mutima w’umuntu ni myinshi+, mugabo impanuro ya Yehova ni yo izorama+.