Zaburi 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko baguhererejeko ibibi+;Biyumviriye ivyiyumviro badashobora kurangura+. Imigani 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umutima w’umuntu yakuwe mw’ivu woshobora kwiyumvira inzira yiwe+, mugabo Yehova ni we ayobora intambuko ziwe+. Imigani 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imigambi yo mu mutima w’umuntu ni myinshi+, mugabo impanuro ya Yehova ni yo izorama+. Imigani 20:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Intambuko z’umuntu w’umugabo ziva kuri Yehova+. Nayo umuntu yakuwe mw’ivu, yotegera ate inzira yiwe+? 1 Abakorinto 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo nimba umuntu yiyemeje mu mutima wiwe kugumya ubusugi bwiwe, akaba ata kimugobera mugabo akaba ategeka ukugomba kwiwe bwite kandi akaba yafashe iyo ngingo mu mutima wiwe bwite, azoba agize neza+.
9 Umutima w’umuntu yakuwe mw’ivu woshobora kwiyumvira inzira yiwe+, mugabo Yehova ni we ayobora intambuko ziwe+.
24 Intambuko z’umuntu w’umugabo ziva kuri Yehova+. Nayo umuntu yakuwe mw’ivu, yotegera ate inzira yiwe+?
37 Mugabo nimba umuntu yiyemeje mu mutima wiwe kugumya ubusugi bwiwe, akaba ata kimugobera mugabo akaba ategeka ukugomba kwiwe bwite kandi akaba yafashe iyo ngingo mu mutima wiwe bwite, azoba agize neza+.