Zaburi 25:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni nde muntu none atinya Yehova+?Azomwigisha inzira azohitamwo+. Imigani 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubukerebutsi bw’umunyabwenge ni ugutahura inzira yiwe+, mugabo ubupfu bw’ibijuju ni ubuhendanyi+. Imigani 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umutima w’umuntu yakuwe mw’ivu woshobora kwiyumvira inzira yiwe+, mugabo Yehova ni we ayobora intambuko ziwe+.
9 Umutima w’umuntu yakuwe mw’ivu woshobora kwiyumvira inzira yiwe+, mugabo Yehova ni we ayobora intambuko ziwe+.