ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 ngo bibere icibutso bene Isirayeli, kugira ngo ntihaze hagire umugabo w’ahandi+ atari uwo mu ruvyaro rwa Aroni yegera ngo afumbishe imibavu imbere ya Yehova+, kandi ntihaze hagire uwuba nka Kora n’ikoraniro ryiwe+; agira nk’uko Yehova yari yamubwiye biciye kuri Musa.

  • 2 Ngoma 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze bahagurukira Uziya umwami+, bamubwira bati: “Ewe Uziya, si igikorwa cawe+ guturirira Yehova imibavu, ahubwo guturira imibavu ni igikorwa c’abaherezi bene Aroni+, abejejwe. Sohoka uve aheranda, kuko wahemutse, kandi ivyo nta buninahazwa+ buvuye kuri Yehova Imana biguhesha.”

  • Yeremiya 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ibisagara vya Yuda n’ababa i Yeruzalemu bazoja koko gutabaza imana bariko bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi+, mugabo zikaba zitazobazanira namba ubukiriro mu gihe c’ivyago vyabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika