Gusubira mu vyagezwe 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Nihagira umuhanuzi+ canke umurosi+ w’indoto ahaguruka hagati yawe akaguha koko ikimenyetso canke imburizi+, Abacamanza 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Na we amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, ukwiye rero kunkorera ikimenyetso cerekana ko ari wewe uriko uvugana nanje+. 1 Samweli 2:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+. Yesaya 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova abandanya kuvuga ati: “Nk’uko umusavyi wanje Yesaya yagendagenze imyaka itatu ari gusa n’ibirenge bigaragara, bwa kimenyetso+ n’imburizi kuri Misiri+ na Etiyopiya+, 1 Abakorinto 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Abayuda basaba ibimenyetso+, Abagiriki na bo bakarondera ubukerebutsi+;
13 “Nihagira umuhanuzi+ canke umurosi+ w’indoto ahaguruka hagati yawe akaguha koko ikimenyetso canke imburizi+,
17 Na we amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, ukwiye rero kunkorera ikimenyetso cerekana ko ari wewe uriko uvugana nanje+.
34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+.
3 Yehova abandanya kuvuga ati: “Nk’uko umusavyi wanje Yesaya yagendagenze imyaka itatu ari gusa n’ibirenge bigaragara, bwa kimenyetso+ n’imburizi kuri Misiri+ na Etiyopiya+,