1 Abami 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ukwo ari ko yantegetse bivuye kw’ijambo rya Yehova, mu kuvuga ati: ‘Ntuze urye umukate+ canke ngo unywe amazi, kandi ntuze usubire inyuma uciye mu nzira wajanye.’”
9 Kuko ukwo ari ko yantegetse bivuye kw’ijambo rya Yehova, mu kuvuga ati: ‘Ntuze urye umukate+ canke ngo unywe amazi, kandi ntuze usubire inyuma uciye mu nzira wajanye.’”