Zaburi 141:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntuhengekere umutima wanje ku kintu kibi na kimwe+,Ngo nkore ibikorwa vy’agaterasoni mu bubisha+Kumwe n’abantu bamenyereye gukora ibibabaza+,Kugira sindye ku bifungurwa binovereye vyabo+. 1 Abakorinto 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ubu ndabandikiye kureka kwivanga+ n’uwo wese yitwa mwene wacu akaba ari umusambanyi canke umunyamunoho+ canke uwusenga ibigirwamana canke uwutukana canke imborerwa+ canke umunyazi, no gusangira ntimugasangire n’umuntu mwene uyo. Abanyefeso 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 kandi mureke gufatanya+ na bo mu bikorwa vyabo birumvye vy’umwiza+, ahubwo nyabuna mubikangire+, 2 Yohani 11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko uwumuramukije aba afatanije na we mu bikorwa vyiwe vy’ububisha+. Ivyahishuwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.
4 Ntuhengekere umutima wanje ku kintu kibi na kimwe+,Ngo nkore ibikorwa vy’agaterasoni mu bubisha+Kumwe n’abantu bamenyereye gukora ibibabaza+,Kugira sindye ku bifungurwa binovereye vyabo+.
11 Mugabo ubu ndabandikiye kureka kwivanga+ n’uwo wese yitwa mwene wacu akaba ari umusambanyi canke umunyamunoho+ canke uwusenga ibigirwamana canke uwutukana canke imborerwa+ canke umunyazi, no gusangira ntimugasangire n’umuntu mwene uyo.
4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.