1 Abami 8:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 kugira duhengekere umutima wacu+ kuri we ngo tugendere mu nzira ziwe zose+ kandi tugumye amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo z’ubutungane ziwe+, ivyo yategetse ba sogokuruza bacu. Zaburi 119:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Hengekera umutima wanje ku vyibutsa vyawe+,Ntuwuhengekere ku nyungu+. Imigani 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+.
58 kugira duhengekere umutima wacu+ kuri we ngo tugendere mu nzira ziwe zose+ kandi tugumye amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo z’ubutungane ziwe+, ivyo yategetse ba sogokuruza bacu.
21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+.