Zaburi 86:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nyigisha inzira yawe, ewe Yehova+!Nzogendera mu kuri kwawe+.Egeranya umutima wanje kugira ntinye izina ryawe+. Zaburi 119:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Hengekera umutima wanje ku vyibutsa vyawe+,Ntuwuhengekere ku nyungu+. 2 Abatesalonika 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umukama abandanye kuyobora neza imitima yanyu mu rukundo+ rw’Imana no mu kwihangana+ ku bwa Kristu.
11 Nyigisha inzira yawe, ewe Yehova+!Nzogendera mu kuri kwawe+.Egeranya umutima wanje kugira ntinye izina ryawe+.
5 Umukama abandanye kuyobora neza imitima yanyu mu rukundo+ rw’Imana no mu kwihangana+ ku bwa Kristu.