Luka 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ukwihangana kwanyu ni kwo kuzotuma mukiza ubuzima bwanyu+. Abaroma 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi si ivyo gusa, ahubwo twigine igihe turi mu makuba+, kuko tuzi yuko amakuba azana ukwihangana+;
3 Kandi si ivyo gusa, ahubwo twigine igihe turi mu makuba+, kuko tuzi yuko amakuba azana ukwihangana+;