Ivyakozwe 5:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Abo rero baragenda bava imbere y’Inama Nkuru, banezerewe+ kubera ko bari babonywe ko babereye guteterezwa ku bw’iryo zina+. Abafilipi 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa gikorerwa abantu ari na vyo ukwizera kwabashikanyeko+, ndahimbawe kandi nkanezeranwa+ namwe mwese. 1 Petero 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo naho mwobabara muhorwa ubugororotsi, muba muhiriwe+. Ariko kirya batinya mwebwe ntimugitinye+, eka kandi ntimuhagarike umutima+. 1 Petero 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ahubwo, mubandanye kunezerwa+ kuko muri abasangira imibabaro ya Kristu+, kugira ngo munezerwe mwongere musesekare umunezero no mu gihe c’ihishurwa+ ry’ubuninahazwa bwiwe.
41 Abo rero baragenda bava imbere y’Inama Nkuru, banezerewe+ kubera ko bari babonywe ko babereye guteterezwa ku bw’iryo zina+.
17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa gikorerwa abantu ari na vyo ukwizera kwabashikanyeko+, ndahimbawe kandi nkanezeranwa+ namwe mwese.
14 Mugabo naho mwobabara muhorwa ubugororotsi, muba muhiriwe+. Ariko kirya batinya mwebwe ntimugitinye+, eka kandi ntimuhagarike umutima+.
13 Ahubwo, mubandanye kunezerwa+ kuko muri abasangira imibabaro ya Kristu+, kugira ngo munezerwe mwongere musesekare umunezero no mu gihe c’ihishurwa+ ry’ubuninahazwa bwiwe.