Gusubira mu vyagezwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe. 1 Abami 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ku bijanye n’iyi nzu uriko urubaka, niwagendera mu vyagezwe vyanje+, ugashitsa ingingo z’ubutungane zanje+ kandi ukagumya koko amabwirizwa yanje yose mu kuyagenderamwo+, nanje rero sinzobura gushitsa ijambo ryanje rikwerekeye, iryo nabwiye Dawidi so+;
4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe.
12 “Ku bijanye n’iyi nzu uriko urubaka, niwagendera mu vyagezwe vyanje+, ugashitsa ingingo z’ubutungane zanje+ kandi ukagumya koko amabwirizwa yanje yose mu kuyagenderamwo+, nanje rero sinzobura gushitsa ijambo ryanje rikwerekeye, iryo nabwiye Dawidi so+;