ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+.

  • 1 Ngoma 22:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ehe uzovyarirwa umuhungu+. Azoba umugabo arangwa n’akaruhuko, kandi nzomuha ata gukeka kuruhuka abansi biwe bose impande zose+; kuko azokwitwa Salomo*+, kandi nzoha amahoro+ n’impore Isirayeli mu misi yiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika