ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nimwatinya Yehova+, mukamukorera+ koko kandi mukagamburuka ijwi ryiwe+, ntimugararize+ itegeko rya Yehova, mwebwe n’umwami azobaganza rero muzoba abantu bakurikira Yehova Imana yanyu.

  • 1 Abami 8:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 None rero, ewe Yehova Mana ya Isirayeli, nugumye ku bijanye n’umusavyi wawe Dawidi dawe ivyo wamusezeraniye uti: ‘Imbere yanje ntihazobura umugabo wo mu bawe wo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+, abahungu bawe nibakira gusa kwitwararika inzira yabo mu kugendera imbere yanje nk’uko nyene wagendeye imbere yanje.’

  • 1 Ngoma 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nawe Salomo mwananje, umenye+ Imana ya so kandi uyikorere+ n’umutima ukwiye+ be n’umutima uhimbawe+; kuko Yehova asesa imitima yose+ kandi akamenya impengamiro yose y’ivyiyumviro+. Niwamurondera, azoreka umuronke+; mugabo niwamuheba+, azogushibura ibihe bidahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika