1 Timoteyo 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntukarambike ibiganza+ gihutihuti ku muntu n’umwe+; eka kandi ntugafatanye n’abandi mu bicumuro vyabo+; ugume utanduye+. Ivyahishuwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.
22 Ntukarambike ibiganza+ gihutihuti ku muntu n’umwe+; eka kandi ntugafatanye n’abandi mu bicumuro vyabo+; ugume utanduye+.
4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.