Daniyeli 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Kandi ku bijanye n’abo bami babiri, umutima wabo uzohengamira ku gukora ibibi, kandi bazoguma bavuga ikinyoma+ bari ku meza imwe+. Ariko nta na kimwe kizororana+, kuko iherezo rikiri iry’igihe cashinzwe+.
27 “Kandi ku bijanye n’abo bami babiri, umutima wabo uzohengamira ku gukora ibibi, kandi bazoguma bavuga ikinyoma+ bari ku meza imwe+. Ariko nta na kimwe kizororana+, kuko iherezo rikiri iry’igihe cashinzwe+.