Daniyeli 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yongera kuvuga ati: “Genda Daniyeli, kuko aya majambo yagizwe akabanga kandi akabikwa nk’ayadomweko ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+. Habakuki 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa. 2 Timoteyo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo umenye ibi: yuko mu misi ya nyuma+ hazobaho ibihe bitoroshe kandi bigoye kwihanganira+.
9 Yongera kuvuga ati: “Genda Daniyeli, kuko aya majambo yagizwe akabanga kandi akabikwa nk’ayadomweko ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+.
3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.