ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Batangura kuyiteresha ishari+ imana z’ahandi+;

      Baguma bayibabarisha ibintu biteye ishishi+.

  • Zaburi 96:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;

      Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+.

  • Zaburi 115:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu+,

      Igikorwa c’amaboko y’umuntu yakuwe mw’ivu+.

  • Yesaya 44:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Abahinguzi b’igishusho c’ikibazano bose ni ikintu kitabaho+, kandi ivyo bikundira cane nta co bizomara+; kandi cokimwe n’ivyabona vyabo, nta co babona kandi nta co bazi+, kugira ngo bamaramare+.

  • Yeremiya 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Umuntu wese yarerekanye ko atiyumvira ku buryo atagira ubumenyi+. Uwukora ivy’ivyuma wese azomaramara ata gukeka kubera igishusho c’ikibazano+; kuko igishusho ciwe c’icuma gishongeshejwe ari ikinyoma+, nta mpwemu iri muri vyo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika