Nehemiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+. Zaburi 50:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Erega wewe, waranse indero+,Kandi uguma uterera amajambo yanje inyuma yawe+. Ezekiyeli 23:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko wanyibagiye+ ukanshiburira inyuma y’umugongo wawe+, nawe rero niwiremeke ubushirasoni bwawe n’ubumaraya bwawe.’”
26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.
35 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko wanyibagiye+ ukanshiburira inyuma y’umugongo wawe+, nawe rero niwiremeke ubushirasoni bwawe n’ubumaraya bwawe.’”