1 Abami 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko akimara kuba umwami, aririka inzu ya Yerobowamu yose. Ntihagira uwuhema n’umwe asigaza mu ba Yerobowamu gushika abazimanganije, nk’uko ijambo rya Yehova ryari, iryo yari yaravuze biciye ku musavyi wiwe Ahiya Umunyashilo+,
29 Nuko akimara kuba umwami, aririka inzu ya Yerobowamu yose. Ntihagira uwuhema n’umwe asigaza mu ba Yerobowamu gushika abazimanganije, nk’uko ijambo rya Yehova ryari, iryo yari yaravuze biciye ku musavyi wiwe Ahiya Umunyashilo+,