Gusubira mu vyagezwe 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Nta n’umwe mu bakobwa ba Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+, eka nta n’umwe muri bene Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+. 1 Abami 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko azimanganya mu gihugu abamaraya b’urusengero b’abagabo+ yongera akuraho ibigirwamana vy’umwanda+ vyose ba sekuruza bari barakoze+. 1 Abami 22:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Kandi abasigaye mu bamaraya b’abagabo b’urusengero+ bari barasigaye mu misi ya Asa se wiwe, abakura mu gihugu+.
17 “Nta n’umwe mu bakobwa ba Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+, eka nta n’umwe muri bene Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+.
12 Nuko azimanganya mu gihugu abamaraya b’urusengero b’abagabo+ yongera akuraho ibigirwamana vy’umwanda+ vyose ba sekuruza bari barakoze+.
46 Kandi abasigaye mu bamaraya b’abagabo b’urusengero+ bari barasigaye mu misi ya Asa se wiwe, abakura mu gihugu+.