Gusubira mu vyagezwe 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Nta n’umwe mu bakobwa ba Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+, eka nta n’umwe muri bene Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+. 1 Abami 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mbere mu gihugu hari abamaraya b’urusengero b’abagabo+. Bakora nk’uko ibintu vyose biteye ishishi vy’amahanga vyari, ayo Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli+. 1 Abami 22:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Kandi abasigaye mu bamaraya b’abagabo b’urusengero+ bari barasigaye mu misi ya Asa se wiwe, abakura mu gihugu+. 1 Abakorinto 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+,
17 “Nta n’umwe mu bakobwa ba Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+, eka nta n’umwe muri bene Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+.
24 Mbere mu gihugu hari abamaraya b’urusengero b’abagabo+. Bakora nk’uko ibintu vyose biteye ishishi vy’amahanga vyari, ayo Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli+.
46 Kandi abasigaye mu bamaraya b’abagabo b’urusengero+ bari barasigaye mu misi ya Asa se wiwe, abakura mu gihugu+.
9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+,