1 Abami 14:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko haguma haba intambara hagati ya Rehobowamu na Yerobowamu+. 2 Ngoma 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo ivya Rehobowamu, ivya mbere n’ivya nyuma+, none ntivyanditswe mu majambo ya Shemaya+ umuhanuzi n’aya Ido+ umubonyi hakurikijwe iyandikwa rifatiye ku mamuko? Kandi hama intambara hagati ya Rehobowamu+ na Yerobowamu+ igihe cose.
15 Nayo ivya Rehobowamu, ivya mbere n’ivya nyuma+, none ntivyanditswe mu majambo ya Shemaya+ umuhanuzi n’aya Ido+ umubonyi hakurikijwe iyandikwa rifatiye ku mamuko? Kandi hama intambara hagati ya Rehobowamu+ na Yerobowamu+ igihe cose.