ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 12:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ntimuduge kurwanya bene wanyu, bene Isirayeli+. Umwe wese nasubire ku nzu yiwe, kuko ari jewe natumye ico kintu kiba+.”’” Nuko bagamburuka ijambo rya Yehova+, basubira i muhira nk’uko Yehova yari avuze+.

  • 1 Abami 15:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi haba intambara hagati ya Rehobowamu na Yerobowamu imisi yose y’ubuzima bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika