2 Ngoma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma yiwe, yabira Mayaka+ umwuzukuru wa Abusalomu+. Mu nyuma amuvyarira Abiya+ na Atayi na Ziza na Shelomiti.
20 Inyuma yiwe, yabira Mayaka+ umwuzukuru wa Abusalomu+. Mu nyuma amuvyarira Abiya+ na Atayi na Ziza na Shelomiti.