2 Samweli 15:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abanyagihugu bose bariko bararira n’ijwi rirenga+, kandi abantu bose bariko barajabuka; umwami yari ahagaze iruhande y’umwonga Kidironi+, kandi abantu bose bariko barajabuka, bagendera mu nzira nini ija mu gahinga. Yohani 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yezu amaze kuvuga ivyo bintu, asohokana n’abigishwa biwe bajabuka uruzi rw’isumo rwo mu rushana rwitwa Kidironi+, baja ahari umurima, hanyuma we n’abigishwa biwe bawinjiramwo+.
23 Abanyagihugu bose bariko bararira n’ijwi rirenga+, kandi abantu bose bariko barajabuka; umwami yari ahagaze iruhande y’umwonga Kidironi+, kandi abantu bose bariko barajabuka, bagendera mu nzira nini ija mu gahinga.
18 Yezu amaze kuvuga ivyo bintu, asohokana n’abigishwa biwe bajabuka uruzi rw’isumo rwo mu rushana rwitwa Kidironi+, baja ahari umurima, hanyuma we n’abigishwa biwe bawinjiramwo+.