Yosuwa 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Gibeyoni+ na Rama na Beyeroti, 2 Ngoma 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu mwaka ugira mirongo itatu na gatandatu w’ingoma ya Asa, Bayasha+ umwami wa Isirayeli aduga gutera Yuda maze atangura kwubaka Rama+, kugira ngo ntakundire umuntu n’umwe gusohoka canke kwinjira kwa Asa umwami wa Yuda+.
16 Mu mwaka ugira mirongo itatu na gatandatu w’ingoma ya Asa, Bayasha+ umwami wa Isirayeli aduga gutera Yuda maze atangura kwubaka Rama+, kugira ngo ntakundire umuntu n’umwe gusohoka canke kwinjira kwa Asa umwami wa Yuda+.