2 Ngoma 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ico gihe Hanani+ rubonyi aza kuri Asa umwami wa Yuda maze amubwira ati: “Ko wishimikije umwami wa Siriya+, ntiwishimikize Yehova Imana yawe+, ni co catumye inteko za gisirikare z’umwami wa Siriya zikira ukuboko kwawe. 2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”
7 Ico gihe Hanani+ rubonyi aza kuri Asa umwami wa Yuda maze amubwira ati: “Ko wishimikije umwami wa Siriya+, ntiwishimikize Yehova Imana yawe+, ni co catumye inteko za gisirikare z’umwami wa Siriya zikira ukuboko kwawe.
9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”