Zaburi 115:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu+,Igikorwa c’amaboko y’umuntu yakuwe mw’ivu+. Yesaya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+. Yesaya 44:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abahinguzi b’igishusho c’ikibazano bose ni ikintu kitabaho+, kandi ivyo bikundira cane nta co bizomara+; kandi cokimwe n’ivyabona vyabo, nta co babona kandi nta co bazi+, kugira ngo bamaramare+.
8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+.
9 Abahinguzi b’igishusho c’ikibazano bose ni ikintu kitabaho+, kandi ivyo bikundira cane nta co bizomara+; kandi cokimwe n’ivyabona vyabo, nta co babona kandi nta co bazi+, kugira ngo bamaramare+.