2 Abami 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Yehu yinjirana mw’irembo. Yezebeli avuga rero ati: “Mbega vyagendeye neza Zimuri+ uwishe umukama wiwe?”
31 Nuko Yehu yinjirana mw’irembo. Yezebeli avuga rero ati: “Mbega vyagendeye neza Zimuri+ uwishe umukama wiwe?”