1 Abami 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu nyuma abantu bari bakambitse bumva bivugwa ngo: “Zimuri yagize umugambi mubi, eka kandi yagaritse umwami.” Nuko Isirayeli yose yimika Omuri+ umukuru w’ingabo kuri uwo musi, mw’ikambi, imugira umwami wa Isirayeli. 1 Abami 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Zimuri akimara kubona ko igisagara cafashwe, yinjira rero mu munara wo kubamwo w’inzu y’umwami araheza yituririrako inzu y’umwami n’umuriro, arapfa+,
16 Mu nyuma abantu bari bakambitse bumva bivugwa ngo: “Zimuri yagize umugambi mubi, eka kandi yagaritse umwami.” Nuko Isirayeli yose yimika Omuri+ umukuru w’ingabo kuri uwo musi, mw’ikambi, imugira umwami wa Isirayeli.
18 Zimuri akimara kubona ko igisagara cafashwe, yinjira rero mu munara wo kubamwo w’inzu y’umwami araheza yituririrako inzu y’umwami n’umuriro, arapfa+,