Itanguriro 24:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Aburahamu abwira umusuku wiwe, uwari akuze kuruta abandi mu rugo rwiwe, yayobora ivyo yari afise vyose+, ati: “Ndakwinginze ushire ukuboko kwawe munsi y’itako ryanje+, Itanguriro 39:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yozefu aguma agira ubutoni mu maso yiwe kandi amukorera ubudahengeshanya, ku buryo amushinga kugaba inzu yiwe+, ivyiwe vyose abishira mu kuboko kwiwe.
2 Nuko Aburahamu abwira umusuku wiwe, uwari akuze kuruta abandi mu rugo rwiwe, yayobora ivyo yari afise vyose+, ati: “Ndakwinginze ushire ukuboko kwawe munsi y’itako ryanje+,
4 Yozefu aguma agira ubutoni mu maso yiwe kandi amukorera ubudahengeshanya, ku buryo amushinga kugaba inzu yiwe+, ivyiwe vyose abishira mu kuboko kwiwe.