1 Abami 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ehe ngira nkubure noganze inyuma ya Bayasha n’inyuma y’inzu yiwe, kandi ata gukeka inzu yiwe nzoyigira nk’inzu ya Yerobowamu mwene Nebati+.
3 ehe ngira nkubure noganze inyuma ya Bayasha n’inyuma y’inzu yiwe, kandi ata gukeka inzu yiwe nzoyigira nk’inzu ya Yerobowamu mwene Nebati+.