1 Abami 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo Bayasha aryama hamwe na ba sekuruza hanyuma ahambwa i Tiruza+; nuko Ela umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
6 Amaherezo Bayasha aryama hamwe na ba sekuruza hanyuma ahambwa i Tiruza+; nuko Ela umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.